Matayo 23:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Umuntu wese arahira kw’ijuru, aba arahiye no ku ntebe y’inganji hamwe no ku Mana iyicayeko. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 kand’ ūrahiye ijuru aba arahiye intebe y’Imana n’Iyivyagirako. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |