Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 23:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Muravuga muti: ‘Nta co bitwaye kurahira igicaniro, ariko mukavuga ko uwurahiye ku kimazi kiri ku gicaniro aba yibohesheje iyo ndahiro.’

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Kandi ng’ Ūzorahira igicaniro s’ikigoye, arik’ ūzorahira ishikanwa ririko azoba yikwegeye umwenda.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 23:18
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yemwe ndongozi zihumye, muzobona ibara kuko muvuga muti: ‘Nta co bitwaye kurahira urusengero rw’Imana, ariko kandi mukavuga ko uwurahiye inzahabu ziri mu rusengero aba yibohesheje iyo ndahiro.’


Yemwe mwa mburabwenge zihumye, mbega igihambaye ni ikihe hagati y’inzahabu zo mu rusengero n’urusengero rutuma izo nzahabu ziba izejejwe?


Mwa mpumyi mwe! Mbega igihambaye ni ikihe, hagati y’ikimazi n’igicaniro gituma ikimazi kiba icejejwe?


Ariko mweho muvuga ko iyo umuntu afise ico yari gufashisha se canke nyina, ariko akavuga ko ari Korobani (bisigura ko cagizwe inyegu y’Imana),


Ndongeye kandi ndabibabwiye. Nimba mugomba gukebwa kugira ngo mwemerwe n’Imana, mutegerezwa kwitondera no gukurikiza ivyagezwe vya Mose vyose ata na kimwe kivuyemwo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ