Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 23:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Yemwe mwa mburabwenge zihumye, mbega igihambaye ni ikihe hagati y’inzahabu zo mu rusengero n’urusengero rutuma izo nzahabu ziba izejejwe?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Mwa bipfu n’impumyi mwe, non’ igihambaye n’ikihe: n’izahabu canke n’urusengero rweza izahabu?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 23:17
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Muravuga muti: ‘Nta co bitwaye kurahira igicaniro, ariko mukavuga ko uwurahiye ku kimazi kiri ku gicaniro aba yibohesheje iyo ndahiro.’


Mwa mpumyi mwe! Mbega igihambaye ni ikihe, hagati y’ikimazi n’igicaniro gituma ikimazi kiba icejejwe?


Yesu ni we yeza abantu ivyaha vyabo. Uweza hamwe n’abezwa bose bafise Se umwe. Ni co gituma Yesu bitamutera isoni kubita abavukanyi biwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ