Matayo 23:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Yemwe ndongozi zihumye, muzobona ibara kuko muvuga muti: ‘Nta co bitwaye kurahira urusengero rw’Imana, ariko kandi mukavuga ko uwurahiye inzahabu ziri mu rusengero aba yibohesheje iyo ndahiro.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Muzobona ibara, mwa ndongozi zihumye mwe, muvuga mut’ Ūzorahira urusengero s’ikigoye, arik’ ūzorahira izahabu yo mu rusengero azoba yikwegeye umwenda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |