Matayo 23:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Muzobona ibara yemwe bigisha b’ivyagezwe n’Abafarisayo, kuko muri indyarya! Munyaga abapfakazi utwabo, hanyuma mukagira amasengesho maremare kugira ngo mwiyerekane. Ni co gituma muzobona ibara ku musi w’imanza.] အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Muzobona ibara, mwebge abanyabgenge b’ivyanditswe n’Abafarisayo, mwa ndyarya mwe, kuko mukirya ingo z’abapfakazi musengesha menshi muhumba: ni co gituma muzocirwa urubanza ruruta izindi.] အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |