Matayo 23:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Uwishira hejuru azocishwa bugufi, ariko uwicisha bugufi azoshirwa hejuru. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Ūzokwishira hejuru azocishwa bugufi, kand’ ūzokwicisha bugufi azoshirwa hejuru. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |