Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 22:46 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

46 Nta n’umwe yashoboye gukura ururimi mu kanwa ngo amwishure, kandi kuva uwo musi, nta n’uwongeye kwubahuka kumubaza ikibazo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

46 Ntihāgira ūshobora kumwishura ijambo na rimwe, kand’ uhereye kur’ uwo musi nta muntu yubahutse gusubira kumubaza ikindi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 22:46
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko bishura Yesu bati: “Ntituzi uwabumuhaye.” Na we aca ababwira ati: “Nanje sindababwira aho ububasha butuma nkora ibi buva.


None nimba Dawidi amwita Umwami, yoba umwana wiwe gute?”


Yesu abonye ko yishuranye ubwenge, aramubwira ati: “Nturi kure y’Ubwami bw’Imana.” Inyuma y’ivyo nta muntu yasubiye kwubahuka kumubaza ibibazo.


Avuze ivyo, abamugwanya bose baramaramara. Ariko abandi bose bari banezerejwe cane n’ibitangaza yariko arakora.


Ariko ntibagira ico bamwishura. Maze Yesu aca amukorako, aramukiza, aramurungika arigira.


Na ho nyene ntibashobora kuronka ico bamwishura.


Ntibabaye bacubahuka kumubaza ikibazo na kimwe.


Ariko kubera babona uwo muntu yakize ahagararanye na bo, nta co bari bafise bashobora gusubizayo.


‘Ndi Imana ya ba sogokuruza bawe, Imana ya Aburahamu, ya Isaka n’iya Yakobo.’ Mose ahinda agashitsi kubera ubwoba bwinshi, ntiyubahuka gusubira kwunamuka ngo arabe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ