Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 22:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

39 Irya kabiri na ryo risa n’iryo: ‘Ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.’

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 Har’ irindi rya kabiri rimeze nka ryo, n’iri: Mukunde bagenzi banyu nk’uko mwikunda.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 22:39
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

wubahe so na nyoko,’ kandi ‘ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.’”


Iryo ni ryo bwirizwa rya mbere kandi riruta ayandi.


Irya kabiri ni iri: ‘Ukunde mugenzawe nk’uko wikunda wewe nyene.’ Nta bwirizwa ryoza riruta ayo.”


Ntihagire umwenda mugirira umuntu n’umwe, kiretse uwo gukundana, kuko uwukunda abandi, aba ashikije ivyagezwe.


Dukwiye gufasha bagenzi bacu gukora ibibereye mu ntumbero yo kubafasha gukura mu kwizera.


Ivyagezwe vyose bikoraniye muri iri bwirizwa rimwe rivuga ngo: “Ukunde mugenzawe nk’uko wikunda wewe nyene.”


None rero, uko akaryo kose kabonetse, tugirire neza bose, na canecane abo mu nzu y’abizera.


Mugira neza, nimwaba vy’ukuri mukizigamye ca cagezwe kiri mu Vyanditswe kivuga ngo: “Ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ