Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 22:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

37 Yesu aramwishura ati: “ ‘Ukundishe Uhoraho Imana yawe umutima wawe wose, n’ubugingo bwawe bwose, n’ubwenge bwawe bwose.’

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 Aramwishura, ati Mukundishe Uhoraho Imana yanyu imitima yanyu yose n’ubugingo bganyu bgose n’ubgenge bganyu bgose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 22:37
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

“Mwigisha, ibwirizwa riruta ayandi mu Vyagezwe ni irihe?”


Iryo ni ryo bwirizwa rya mbere kandi riruta ayandi.


kandi ko dukwiye kuyikundisha imitima yacu yose, ubwenge bwacu bwose; n’inkomezi zacu zose, kandi tugakunda bagenzi bacu nk’uko twikunda. Ivyo birahambaye kurusha gushikanira Imana ayandi mashikanwa yose n’ibimazi vy’ibikoko.”


Aramwishura ati: “ ‘Ukundishe Uhoraho Imana yawe umutima wawe wose, ubugingo bwawe bwose, inkomezi zawe zose, ubwenge bwawe bwose’; kandi, ‘Ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.’”


Kuko abaganzwa na kamere k’icaha ni abansi b’Imana. Ntibumvira ivyagezwe vyayo, kandi nta bushobozi bafise bwo kuvyumvira.


Kandi ibwirizwa yaduhaye ni iri: umuntu akunda Imana atagerezwa gukunda bene Data.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ