36 “Mwigisha, ibwirizwa riruta ayandi mu Vyagezwe ni irihe?”
36 ati Mwigisha, ibgirizwa risumba ayandi mu vyagezwe n’irihe?
ataba agikwiye kubibafashisha. Uko ni ko muhindura ijambo ry’Imana ubusa kubera imigenzo yanyu.
Umwe muri bo w’umwigisha w’ivyagezwe, agerageza kumutega umutego, amubaza ati:
Yesu aramwishura ati: “ ‘Ukundishe Uhoraho Imana yawe umutima wawe wose, n’ubugingo bwawe bwose, n’ubwenge bwawe bwose.’
Muzobona ibara yemwe Bafarisayo, kuko mutanga ikigiracumi kuri vyose, gushika no ku mboga zo mu matongo yanyu, ariko mukirengagiza guca imanza zibereye, no gukunda Imana. Mwari mukwiye gutanga ico kigiracumi, n’ivyo bindi mutavyirengagije.