Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 22:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Abafarisayo bumvise ko Yesu yajoreje Abasadukayo, baca barakorana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Abafarisayo bumvise ko Yesu yajoreje Abasadukayo, bakoranira hamwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 22:34
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abafarisayo baca baragenda baja kugira inama barondera ingene bokwica Yesu.


Ariko abonye ko Abafarisayo n’Abasadukayo benshi baje aho ari ngo ababatize, arababaza ati: “Mwa bana b’inzoka mwe, ni nde yababuriye ngo muhunge uburake bw’Imana bugiye kuza?


Umusi umwe, umwigisha w’ivyagezwe yavuye hasi kugira ngo atege Yesu umutego, aramubaza ati: “Mwigisha, nokora iki kugira ngo ndagwe ubugingo budashira?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ