Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 22:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Ku bijanye n’izuka ry’abapfuye, mbega Nta ho murasoma mu Vyanditswe ingene Imana yavuze iti:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Arikw ivyo kuzuka kw’abapfuye nta ho murasoma ico Imana yababgiye,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 22:31
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu arabishura ati: “Mbega ntimurasoma ivyo Dawidi yakoze igihe we n’abo bari kumwe bari bashonje?


Iyo muba mutahura ijambo rivuga ngo: ‘Nshaka ko mugira imbabazi kuruta kumpa ibimazi,’ ntimwari gucira urubanza abatagira icaha.


Babaza Yesu bati: “Mbega urumva ivyo aba bana bariko baravuga?” Na we arabishura ati: “Egome. Mbega ntimurasoma Ivyanditswe bivuga ngo: ‘Mu kanwa k’abana bato n’inzoya, wahironkeye amashimwe’?”


Yesu aca ababwira ati: “Nta ho murasoma mu Vyanditswe havuga ngo: ‘Ibuye abubatsi bagaye ni ryo ryahindutse irigumya imfuruka; ibi Uhoraho ni we yabikoze, kandi ni igitangaza mu maso yacu?’


Ku musi w’izuka abantu ntibazorongora canke ngo barongorwe, bazoba bameze nk’abamarayika bo mw’ijuru.


‘Ndi Imana ya Aburahamu, ya Isaka na Yakobo?’ Erega si Imana y’abapfuye, ni Imana y’abazima.”


Nimugende mwige iri jambo ico rivuga: ‘Nshaka ko mugira imbabazi kuruta kumpa ibimazi.’ Kuko sinaje kurondera abiyumvira ko bagororotse, ahubwo naje kurondera abemera ko ari abanyavyaha.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ