27 Mu nyuma na wa mugore arapfa.
27 Hanyuma ya bose nya mugore arapfa.
Uwa kabiri na we nyene apfa atavyaye, n’uwugira gatatu bigenda gutyo kugeza ku wugira indwi.
None ku musi w’izuka, uwo mugore azoba uwa nde ko bose babaye abagabo biwe?”