Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 22:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

24 “Mwigisha, Mose yavuze ko umugabo apfuye adasize abana, uwo bavukana ategerezwa gucura umupfakazi wiwe kugira ngo aronkere uruvyaro uwo yapfuye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 bati Mwigisha, Mose yavuze ng’umuntu ni yapfa adasize abana, mwene nyina acūre umugore wiwe, ngw ahonore mwene nyina.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 22:24
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Barungika bamwe mu bigishwa babo bari kumwe n’abashigikiye Herode Antipa. Baramubwira bati: “Mwigisha, turazi ko utunganye, kandi ko wigisha inzira ihimbara Imana mu kuri kwose. Ntuhengamira ku ruhande na rumwe kuko utarobanura abantu ufatiye ku cubahiro cabo.


Rero, harigeze kuba hagati muri twebwe abavukana indwi. Mukuru muri bo ararongora, ariko apfa atavyaye; maze murumunawe arongora uwo mupfakazi.


“Mwigisha, ibwirizwa riruta ayandi mu Vyagezwe ni irihe?”


Abampamagara bose ngo: Mwami, Mwami, si bo bazokwinjira mu Bwami bw’ijuru, ariko ni abakora ivyo Data wo mw’ijuru agomba.


“Mwigisha, Mose yaduhaye ivyagezwe bivuga ko iyo umuntu apfuye, agasiga umugore atagira abana, uwo bavukana ategerezwa kurongora uwo mupfakazi kugira ngo aronkere uruvyaro uwo yapfuye.


“Mwigisha, Mose yanditse avuga ko umuntu apfuye agasiga umugore atagira abana, uwo bavukana ategerezwa gucura uwo mupfakazi kugira ngo aronkere uruvyaro uwo muhisi.


None ku musi w’izuka ry’abapfuye uwo mugore azoba uwa nde, ko yabaye umugore w’abo indwi bose?”


Ni kuki mumpamagara ngo: ‘Mwami, Mwami,’ ariko ntimukore ivyo ndababwira?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ