Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 22:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 aca arababaza ati: “Iyi shusho n’ibi vyandiko biriko ni ivya nde?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Arababaza, at’ Iki gishushanyo n’ibi vyanditsweko n’ivya nde?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 22:20
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nyereka igiceri mukoresha mu kuriha ikori.” Bamuzanira idenariyo, igiceri c’Abaroma,


Baramwishura bati: “Ni ivya Kayisari.” Aca ababwira ati: “Nuko rero ivya Kayisari nimubihe Kayisari, ivy’Imana na vyo mubihe Imana.”


Nuko bamuzanira ca giceri. Arababaza ati: “Mbega iyi shusho n’ibi vyandiko biriko ni ivya nde?” Na bo bati: “Ni ivya Kayisari.”


“Nimunyereke igiceri c’idenariyo. Iyi shusho n’ibi vyandiko biriko ni ivya nde?” Barishura bati: “Ni ivya Kayisari.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ