Matayo 22:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Aramubaza ati: ‘Mugenzi, winjiye gute hano kandi utambaye impuzu y’ubukwe?’ Uwo muntu ntiyashobora kuronka ico yishura. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 aramubaza, ati Mugenzi wanje, winjiye ute hano utambaye impuzu y’ubukwe? Arajorerwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |