1 Yesu yongera kuvugana na bo mu migani, ababwira ati:
1 Yesu yongera kuvuganira na bo mu migani,
“Ubwami bw’ijuru bugereranywa n’umusi mukuru w’ubukwe umwami yateguriye umuhungu wiwe.
Yesu aramwishura ati: “Habaye umuntu yateguye umusi mukuru, atumira abantu benshi.
Na we ababwira ati: “Ni mwebwe mwahawe kumenya amabanga y’ivy’Ubwami bw’Imana. Ariko ku bandi nkoresha imigani kugira ngo, ‘naho boraba ntibabone, kandi naho bokwumviriza ntibatahure.’