Matayo 21:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Abantu isinzi basasa impuzu zabo mu nzira, abandi na bo baca amashami y’ibiti, bayasasa mu nzira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Abenshi mw ishengero basasa impuzu zabo mu nzira, abandi baca amashami y’ibiti, bayasasa mu nzira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |