Matayo 21:43 - Bibiliya mu Kirundi coroshe43 Ndababwire, muzokwakwa Ubwami bw’Imana, buhabwe ayandi mahanga azokwama ivyamwa bikwiranye na bwo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)43 Ni co gitumye mbabgira yuk’ ubgami bg’Imana muzobgakwa, bugahabga ihanga ryama imbuto zabgo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |