Matayo 21:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe36 Hanyuma arungika abandi bakozi barusha aba mbere ubwinshi, na bo abo barimyi babagira nk’uko bagize aba mbere. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 Yongera gutuma abandi bakozi barengeye aba mbere; babagira kuno. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |