Matayo 21:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe28 Mbega ibi muvyibazako iki? Habaye umuntu yari afise abahungu babiri, hanyuma abwira umwe ati: ‘Mwana wanje, uno musi genda ukore mu murima w’uruzabibu.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)28 Mugira ngw iki? Hābaye umuntu yar’ afise abahungu babiri: aragenda abarira umukuru, ati Genda, mwana wanje, uyu musi uje gukora mu ruzabibu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |