Matayo 21:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Kandi nitwavuga tuti: ‘Wavuye ku bantu,’ dukwiye guca twirinda abantu, kuko bose baremera ko Yohana yari uwuvugishwa n’Imana.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Kandi ni twavuga tuti Ni mu bantu; n’uko dutinya ishengero, kuko bose bavuga yuko Yohana yar’ ūvugishwa n’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |