Matayo 21:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Yesu arabishura ati: “Ndababwira aho ububasha butuma nkora ibi buva, nimwishura ikibazo kimwe ngira ndababaze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Yesu arabishura, ati Nanje hinge ndababaze ijambo rimwe; ni mwarinyishura nanje mpeze ndababarire ububasha bunkoresha ivyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |