Matayo 21:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Babaza Yesu bati: “Mbega urumva ivyo aba bana bariko baravuga?” Na we arabishura ati: “Egome. Mbega ntimurasoma Ivyanditswe bivuga ngo: ‘Mu kanwa k’abana bato n’inzoya, wahironkeye amashimwe’?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 baramubaza, bat’ Urumva ivyo bavuga? Yesu arabishura, at’ Ego me; nta ho murasoma, ngo Mu kanwa k’abana bato n’abonka waroranijemw’ ishimwe? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |