Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 21:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Maze Yesu yinjira mu rusengero, yirukana abadandaza n’abariko baragura bose. Ahenagura imeza z’abavunja amahera hamwe n’intebe z’abadandaza inuma.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Yesu yinjira mu rusengero rw’Imana, ahindira hanze abadandariza mu rusengero n’abaruguriramwo bose, ahenura ameza y’abavunja amahera n’intebe z’abāriko baragurwakw inuma.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 21:12
18 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Yesu ashitse mu gisagara i Yerusalemu, aja mu rusengero. Amaze kwihweza ivyari aho, aca arasohoka asubirana i Betaniya na bamwe cumi na babiri, kuko bwari bwije.


Nuko Yosefu na Mariya baca batanga ikimazi nk’uko ivyo vyagezwe nyene vyabitegekanya: “inyoni zitwa intunguru zibiri canke inuma zikiri nto zibiri.”


Imisi mikuru ya Pasika y’Abayuda yegereje, Yesu aduga i Yerusalemu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ