Matayo 20:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Nk’isaha icumi n’imwe z’umugoroba, aragenda abona abandi bahagaze ata co bariko barakora. Ababaza ati: ‘Ni kuki umusi wose uheze muhagaze ngaho ata co muriko murakora?’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Kandi nko kw isaha cumi n’imwe aragenda, abona abandi bīhagarariye; arababgira, ati Mbega ko mwahagaze hano umusi wose ata co mukora? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |