Matayo 20:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Arababwira ati: ‘Namwe nimugende mukore mu murima wanje, ndabaha impembo mukwiranye.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Na bo arababgira, ati Namwe ni mugende mu ruzabibu, ndabagerera ivyo mukwiranye. Baragenda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |