Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 20:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

32 Yesu aca arahagarara, arabahamagara, ababaza ati: “Mushaka ko ndabakorera iki?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 Yesu arahagarara, arazihamagara, arazibaza, ati Mugomba ko mbakorera iki?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 20:32
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu aramubaza ati: “Wipfuza iki?” Na we aramwishura ati: “Ndagusavye, mu Bwami bwawe, uze utegeke ko aba bahungu banje bicarana nawe, umwe i buryo bwawe, uwundi i bubamfu bwawe.”


Abantu bari aho barabazibiza ngo bahore, ariko bo barushiriza gusemerera bati: “Mwami, Mwana wa Dawidi, tugirire imbabazi!”


Baramwishura bati: “Mwami, twipfuza kubona.”


Ni co gituma igihe mwantumako nemeye kuza ntahigimanze. Nagomba rero kubaza icatumye muntumako.”


Ntimukiganyire ku kintu na kimwe, ariko ivyo mukeneye vyose mubimenyeshe Imana mu gusenga no mu kwinginga, bifatanije no gukenguruka.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ