Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 20:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Abantu bari aho barabazibiza ngo bahore, ariko bo barushiriza gusemerera bati: “Mwami, Mwana wa Dawidi, tugirire imbabazi!”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Ishengero rirazizibiranya ngo zihore. Zirushiriza gutakamba, ziti Mwami, mwana wa Dawidi, tugirire imbabazi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 20:31
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko Yesu ntiyamwishura n’ijambo na rimwe. Abigishwa biwe baraza baramwinginga bati: “Mwirukane kuko aguma avugiriza induru inyuma yacu.”


Abavyeyi bamwe bazanye abana babo ngo Yesu abarambikeko ibiganza abasengere. Ariko abigishwa barabakankamira ngo ntibamugore.


Hafi y’inzira, hari impumyi zibiri zari zicayeho. Zumvise ko Yesu azananye iyo nzira, zitangura gusemerera n’ijwi rirenga ziti: “Mwami, Mwana wa Dawidi, tugirire imbabazi!”


Yesu aca arahagarara, arabahamagara, ababaza ati: “Mushaka ko ndabakorera iki?”


Yesu avuye aho, impumyi zibiri ziramukurikira zisemerera, ziti: “Tugirire imbabazi Mwana wa Dawidi!”


Abari imbere ya Yesu baramuzibiza ngo ahore, ariko arushiriza gusemerera ati: “Mwana wa Dawidi, ngirira imbabazi!”


Mushishikarire gusenga, mube maso kandi mushima.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ