Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 20:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Nk’isaha zitatu zo mu gitondo, arongera aragenda abona abandi bahagaze mu mayirabiri ata co bariko barakora.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Nko kw isaha zitatu aragenda, abona abandi bīhagarariye mu kaguriro ata co bakora.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 20:3
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze bumvikana ko aja kubahemba idenariyo imwe kuri uwo musi, hanyuma arabarungika mu ruzabibu rwiwe.


Arababwira ati: ‘Namwe nimugende mukore mu murima wanje, ndabaha impembo mukwiranye.’


Igihe bamubamba hari nk’isaha zitatu z’igitondo.


Maze ba shebuja babonye ko bagiye guhomba amahera yahora abacira, bafata Pawulo na Silasi, babajana imbere y’abatware, mu kibanza gikoraniramwo abantu benshi.


Aba bantu ntibaborewe nk’uko muvyiyumvira. Raba haracari isaha zitatu z’igitondo.


Ikindi ni uko bashobora kuba ibinebwe, bakama bayerera inzu ku nzu bavuga urusaku, bita mu bitabaraba bongera bavuga ivyo batotegerejwe kuvuga.


Ivyo bizotuma mutaba abanebwe, ahubwo muzoba abigana abaragwa b’ivyasezeranywe, biciye mu kwizera no kuramiriza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ