Matayo 20:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Ariko muri mwebwe si ko bikwiye kumera. Ahubwo, uwushaka kuba umukuru muri mwebwe, ategerezwa kuba umukozi wanyu, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Muri mwebge si ko biri. Arik’ ūgomba kuba mukuru muri mwebge az’ abe umukozi wanyu; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Woba wahawe ingabire yo kuvuga? Uvuge nk’aho Imana ari yo iriko ivugira muri wewe. Woba wahawe ingabire yo gufasha abandi, bikorane inkomezi zose Imana itanga. Ivyo bizotuma muri vyose Imana ihabwa icubahiro mw’izina rya Yesu Kristo. Icubahiro cose n’ubushobozi bibe ivy’Imana ubu n’ibihe bidashira! Amen.