Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 20:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Yesu aca arabahamagara bose, ababwira ati: “Murazi ko abatware b’Abanyamahanga babatwaza umukazo, kandi ko ababaganza babacinyiza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Yesu arabahamagara, arababgira, ati Murazi yukw abaganwa b’amahanga bayatwaza amanyama, kandi n’abakuru bayo bayagirak’ ububasha.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 20:25
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mwakire umutwaro wanje hanyuma munyigireko kuko ndi umugwaneza kandi nicishije bugufi mu mutima, namwe muzoronka uburuhukiro bw’imitima yanyu.


Bamwe cumi bandi bavyumvise, bashavurira abo bahungu babiri bavukana.


Yesu aca arabahamagara bose ababwira ati: “Murazi ko abatware b’Abanyamahanga babatwaza umukazo, kandi ko ababaganza babacinyiza.


Ntimutwaze umukazo abo bantu mwahawe kurongora, ariko mubere akarorero ubwo busho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ