Matayo 20:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Yesu arababwira ati: “Ni ivy’ukuri ko muzonywa ku gikombe canje. Ariko, ku vyerekeye kwicara i buryo canke i bubamfu bwanje si jewe ndabitanga. Ivyo bibanza ni ivy’abo Data yabiteguriye.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Arababgira, at’ Igikombe canje koko muzokinywerako, ariko gutanga ivyicaro i buryo bganje n’i bumoso, s’ivyanje, atar’ abo Data yabiteguriye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |