Matayo 20:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 hanyuma bamushikirize Abanyamahanga kugira bo bamushinyagurire, bamushishagure, hanyuma bamubambe ku musaraba. Ariko ku musi ugira gatatu, azozuka!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 kandi bazomuha abanyamahanga ngw ashinyagurirwe, atonagurwe, abambge, kandi ku musi ugira gatatu azozurwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |