Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 20:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 “Ehe, tuduze i Yerusalemu, kandi Umwana w’Umuntu azotangwa ku bakuru b’abaherezi n’abigisha b’ivyagezwe. Bazomucira urubanza rwo gupfa,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 at’ Ehe turadūze i Yerusalemu, kand’ Umwana w’umuntu azoshirwa mu maboko y’abaherezi bakuru n’abanyabgenge b’ivyanditswe, bazomucira urubanza rwo gupfa,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 20:18
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Simoni Umuzelote, na Yuda Isikariyote umwe yamugurisha.


Kuva ico gihe, Yesu atangura kubwira abigishwa biwe ko ategerezwa kuja i Yerusalemu, akababazwa mu buryo bwinshi n’abakuru b’idini, n’abaherezi bakuru n’abigisha b’ivyagezwe, kandi ko azokwicwa hanyuma akazuka ku musi ugira gatatu.


“Nk’uko musanzwe mubizi, Umusi Mukuru wa Pasika, ugiye kuba mu misi ibiri: Umwana w’Umuntu azofatwa atangwe kugira ngo abambwe.”


Mumucira urubanza ruki?” Baramwishura bati: “Akwiye gupfa.”


Kare mu gitondo, abakuru b’abaherezi hamwe n’abakuru b’Abayuda bagira inama yo kwica Yesu.


Baca bavuga bati: “None hari ibindi vyabona dukeneye? Ntituvyiyumviye bimwiviriye mu kanwa?”


Uwo Yesu yatanzwe mu maboko yanyu ku bw’umugambi Imana yari yatareguye kuva kera, maze namwe mufashijwe n’abanyakibi n’abanyamahanga, mumwica mumubamvye ku musaraba.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ