Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 20:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Maze abahawe igikorwa ubwa mbere baza guhembwa bazi ko baronka menshi kurusha. Ariko na bo nyene bahembwa idenariyo imwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Abātanguye kare bāje, bagira ngo bagererwa ibirenze. Ariko bahabga idenariyo imwe‐imwe na bo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 20:10
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Petero aramwishura ati: “None ko twebwe twasize vyose tukagukurikira, tuzoronka iki?”


Abo bamaze guhembwa baca bidodombera nyene umurima,


Maze bumvikana ko aja kubahemba idenariyo imwe kuri uwo musi, hanyuma arabarungika mu ruzabibu rwiwe.


Abakoze kuva isaha icumi n’imwe z’umugoroba, bahembwa idenariyo imwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ