Matayo 20:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Ubwami bw’ijuru bugereranywa n’umuntu yari afise umurima w’uruzabibu, hanyuma azinduka kare aja kurondera abakozi bamukorera muri uwo murima. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Ubgami bgo mw ijuru busa na nyen’ urugo azindutse kurondera abamukorera mu ruzabibu rwiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |