Matayo 2:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Bamaze kwumva ivyo umwami ababariye, baca babandanya urugendo. Ya nyenyeri babona mu buseruko ica ibaja imbere kugeza ihagaze hejuru y’aho uwo mwana yari ari. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Na bo bumvise iry’ umwami, baragenda. Maz’ iyo nyenyeri bābonye i burasirazuba irabarōngōra, irinda ishika hejuru y’ah’ uwo mwana ari, ihagararaho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |