Matayo 2:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Aca arabarungika i Betelehemu, ababwira ati: “Genda mubaze neza ivyerekeye uwo Mwana. Mumaze kumubona, muce mugaruka mumbwire kugira ngo nanje nje kumushengerera.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Abatuma i Betelehemu, ati Mugende, mubaze mushirutse umwete ivy’ uwo mwana. Ni mwamubona muce muza kumbarira, ngo nanje nze kumushengerera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |