Matayo 2:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Aca akoranya abakuru b’abaherezi n’abigisha b’ivyagezwe, ababaza ati: “Vyanditswe ko Kristo azovukira hehe?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Akoranya abaherezi bakuru n’abanyabgenge b’ivyanditswe bose bo mur’ ubgo bgoko, arababaza, ati Kristo azovukira hehe? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |