Matayo 2:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 amubwira ati: “Haguruka ujane umwana na nyina usubire mu gihugu ca Isirayeli, kuko abahora barondera kwica uwo mwana bamaze gupfa.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 aramubgira, ati Vyuka, ujane umwana na nyina, uje mu gihugu c’i Bgisirayeli, kukw abārondera kwica umwana bāpfuye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |