Matayo 2:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 agumayo kugeza Herode apfuye. Uko ni ko Umwami Imana yashikije ivyo yari yaravuze aciye ku wavugishwa na we ngo: “Nahamagaye umwana wanje ngo ave muri Egiputa.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 agumayo gushitsa Herode amaze gutanga, ngw ivyo Umwami Imana yavugiye mu wavugishwa na we bishike, ngo Nahamagaye umwana wanje ngw ave muri Egiputa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |