Matayo 2:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Binjiye mu nzu, babona uwo mwana ari kumwe na nyina Mariya, barapfukama baramusenga. Hanyuma batekurura udusaho turimwo ivy’agaciro bagendanye babimuhako ishikanwa rigizwe n’inzahabu, n’utundi tuntu tumota neza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Bashitse mu nzu babona uwo mwana na Mariya nyina wiwe; bikubita hasi, baramupfukamira, barumūra ibisimbo vyabo, bamushikanira amashikanwa, izahabu n’imibavu n’isenga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |