Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 19:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 Ariko benshi mu bari imbere bazoba ab’inyuma, abari inyuma na bo babe ab’imbere.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Ariko benshi b’imbere bazoba ab’ inyuma, kand’ ab’ inyuma bazoba ab’ imbere.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 19:30
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abari inyuma bazoba ab’imbere, kandi abari imbere bazoba ab’inyuma.”


Kandi benshi mu bari imbere bazoba ab’inyuma, abari inyuma na bo babe ab’imbere.”


Kandi mumenye ko hari bamwe mu bari inyuma bazoba ab’imbere, na bamwe mu bari imbere bazoba ab’inyuma.”


Mwariko mugenda neza mu rugendo rwanyu. None ni nde yabatangiriye akababuza kwumvira ukuri?


Ni co gituma, ko isezerano ryo kwinjira aho kuruhukira yateguye rikiriho, dukwiye kwirinda kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe yohava atahashika.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ