Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 19:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Abigishwa bavyumvise baratangara cane, hanyuma baramubaza bati: “None nimba biri uko, ni nde ashobora kurokoka?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Abigishwa bavyumvise baratangara cane, bati None rero, ni nde ashobora gukizwa?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 19:25
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi ndabisubiyemwo: vyokworoha ko ingamiya ica mu gatoboro k’urushinge rubarira kurusha ko umutunzi yinjira mu Bwami bw’Imana!”


Yesu arabitegereza, hanyuma ababwira ati: “Ku bantu ntibishoboka. Ariko ku Mana vyose birashoboka.”


Kandi iyo iyo misi itagabanywa, nta muntu n’umwe yorokotse. Ariko kubera abatoranijwe, iyo misi izogabanywa.


Iyo Umwami Imana atagabanya iyo misi, nta muntu n’umwe yorokotse. Ariko kubera abatoranijwe, iyo misi yarayigabanije.


Kuko “Umuntu wese azokwambaza izina ry’Uhoraho azokizwa.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ