Matayo 19:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Yesu aramwishura ati: “Nimba ugomba kuba uwutunganye rwose, genda, ugurishe ivyo utunze vyose, maze amahera ukuyemwo uyahe aboro; ni ho uzoronka ubutunzi mw’ijuru. Hanyuma uce uza unkurikire.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Yesu aramubgira, at’ Asangw’ ugomba kuba agahore, genda ushōre ivyo utunze, ugabire aboro, ni ho uzogira itunga mw ijuru, utek’ uze, unkurikire. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |