19 wubahe so na nyoko,’ kandi ‘ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.’”
19 wubahe so na nyoko, kand’ ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.
Wa musore aramwishura ati: “Ayo yose narayakurikije. None ikindi nkwiye gukora ni igiki?”
Irya kabiri na ryo risa n’iryo: ‘Ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.’
Mwarumvise ko vyavuzwe mu vyagezwe ngo: ‘Ukunde mugenzawe ariko wanke umwansi wawe.’
Aramwishura ati: “ ‘Ukundishe Uhoraho Imana yawe umutima wawe wose, ubugingo bwawe bwose, inkomezi zawe zose, ubwenge bwawe bwose’; kandi, ‘Ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.’”
Amabwirizwa avuga ngo: “Ntugasambane; ntukice; ntukibe; ntukipfuze ivy’abandi,” hamwe n’ayandi nk’ayo akoranirijwe muri iri rimwe rivuga ngo: “Ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.”
Ivyagezwe vyose bikoraniye muri iri bwirizwa rimwe rivuga ngo: “Ukunde mugenzawe nk’uko wikunda wewe nyene.”
Mugira neza, nimwaba vy’ukuri mukizigamye ca cagezwe kiri mu Vyanditswe kivuga ngo: “Ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.”