Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 19:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Na we ati: “Amabwirizwa ayahe?” Yesu aramwishura ati: “ ‘Ntukice, ntugasambane, ntukibe, ntukagirize abandi ibinyoma,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Aramubaza, ati N’ibihe? Yesu aramwishura, ati Ntukice, ntugasambane, ntukibe, ntukāgirize abandi ibinyoma,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 19:18
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Urazi ko amabwirizwa avuga ngo: ‘Ntukice, ntugasambane, ntukibe, ntukagirize abandi ibinyoma, ntukanyage abandi ivyabo, wubahe so na nyoko.’”


Urazi ko amabwirizwa avuga ngo: ‘Ntugasambane, ntukice, ntukibe, ntukagirize abandi ibinyoma, wubahe so na nyoko?’”


Ariko abizeye ko bazokizwa n’ivyagezwe bari musi y’umuvumo, kuko handitswe ngo: “Aravumwe umuntu adakurikiza ivyanditswe vyose mu gitabu c’ivyagezwe.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ