Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 19:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Abigishwa biwe baramubwira bati: “Aho ho rero nimba ivy’abagabo n’abagore bimeze uko, umuntu yopfuma areka kurongora.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Abigishwa baramubgira, bat’ Ivy’ umugabo n’umugore asangwa bimeze birtyo, noneho kurongora n’ikigoye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 19:10
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu arabishura ati: “Si bose bashobora kwemera iyi nyigisho kiretse abo Imana ibishoboje.


Kandi ndababwire, umuntu wese yirukana umugore atamuhoye ubusambanyi, hanyuma akarongora uwundi, aba asambanye.”


Abatubatse n’abapfakaye bakwiye kuguma uko bari, nk’uko nanje ndi.


Babuza abantu kurongora, bakabategeka kutarya imfungurwa zimwezimwe, izo Imana yaremye kugira ngo abizeye bakamenya ukuri bazifungure bashima.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ