Matayo 19:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Yesu ahejeje kuvuga ivyo, aca ava i Galilaya, amanuka mu ntara ya Yudaya, hakurya y’uruzi Yorodani. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Yesu arangije ayo majambo, ava i Galilaya, aja mu gihugu c’i Yudaya hakurya ya Yorodani. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |